Paroles de la chanson Miss You par Sat-B

Chanson manquante pour "Sat-B" ? Proposer les paroles
Proposer une correction des paroles de "Miss You"

Paroles de la chanson Miss You par Sat-B

Jigger Beat
Sat-B
Romantic Sounds

Allo Bite Christa bwakeye
Waramutse gute ? waramutse neza?
Ko nkuhamagara ntiwitabe
Nyitaba basi wumv'ico nkubwira
Aho Umbona Nta Mahoro
Kubera ya Ncuti yawe
Ndazi kumushikira ubu butumwa
Mubwire uti vyanse vyanse Kagoheka
Vyanse ko amara na kabiri Niwateba
Uzosanga yiyahuye ! yiyahuye
Uti mimba ari amakosa yiwe
Nashimye kuyirengagiza
Nkuko ryari isezerano ryokuzo Kwihanganirana
Uti nta kamaro ko kwihisha
Burigihe iyo duhuye
Nimba ari amakosa
Narayanubabariye darling

Ivy'isi n'ubusa busa busa naho
Dukunda ibiguruka
Naho tubibona canke tubironka
Naho Dupfa Dupfa duhejeje
Ivy'isi n'ubusa busa busa naho
Dukunda ibitibuka
Naho tubibona canke tubironka
Naho Dupfa Dupfa duhejeje

If You Cry, I'm crying
You Cry, I'm crying
Oh Never Forget that Darling
Oh Darling
If You Cry, I'm crying
You Cry, I'm crying
Oh Never Forget that Darling
Oh Darling

Tumeshindwa kuelewana ila
Nampenda sana
Ajuwe Roho Yangu Anaicoma
Kutwa kutukana mapenzi
Yamekuwa noma
Oh nateseka sana
Nimefika Mpaka Dar
Kumsaka mondi wa tandale
Anieleze nini siri yamafanikio
Niweze kukutunza Sijamuona
Oh mama sijamuona
Kwani wapo wengi kama mimi
Walokosewa na leo wameridhika na
Wao wapenzi
Nagerageje kumwibagira
Ariko bimbera umuti urura
Mbega nibiki ko agumya umutima
Bikamunanira no kunsaba ibambazi
Imbabazi nizo zubaka
Nizo Zubaka ingo zabasogukuru
Harya ivy'isi ivy'isi n'ubusaaaaa

Ivy'isi n'ubusa busa busa naho
Dukunda ibiguruka
Naho tubibona canke tubironka
Naho Dupfa Dupfa duhejeje
Ivy'isi n'ubusa busa busa naho
Dukunda ibitibuka
Naho tubibona canke tubironka
Naho Dupfa Dupfa duhejeje

If You Cry, I'm crying
You Cry, I'm crying
Oh Never Forget that Darling
Oh Darling
If You Cry, I'm crying
You Cry, I'm crying
Oh Never Forget that Darling
Oh Darling

Paroles.net dispose d’un accord de licence de paroles de chansons avec la Société des Editeurs et Auteurs de Musique (SEAM)